Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

26 Ndamukiza–2 Rusama

GUHARŪRA 25-26

26 Ndamukiza–2 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gh 26:55, 56​—Yehova yagaragaje gute ubukerebutsi igihe yagaburira ya miryango amatongo y’intoranwa? (it-1 933 ing. 5-6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 25:1-18 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU