29 Ntwarante–4 Ndamukiza
GUHARŪRA 15-16
Ururirimbo rwa 101 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwirinde ubwibone no kwiyizigira birenze urugero”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 15:32-35—Twigira iki kuri iyo nkuru? (w98 1/9 20 ing. 1-2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 15:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Mugihura: Yezu—Mt 16:16. Nimuze murahagarika iyo videwo igihe iba isa n’iyirangiye, uce ubaza abumviriza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Insiguro: (Imin. 5) w15 15/5 15 ing. 5-6—Umutwe: Ubwishime bubereye butandukaniye he n’ubutabereye? (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ntiwigane abahemu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Ntiwigane abahemu.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 6 ing. 20-23, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 86-88
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 126 n’isengesho