Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwirinde ubwibone no kwiyizigira birenze urugero

Niwirinde ubwibone no kwiyizigira birenze urugero

Kora yaragararije intunganyo ya Yehova kubera yagize ubwibone no kwiyizigira birenze urugero (Gh 16:1-3; w11 15/9 27 ing. 12)

Kora yari Umulewi yubahwa kandi yari asanzwe afise uduteka twinshi (Gh 16:8-10; w11 15/9 27 ing. 11)

Ivyiyumviro bitabereye vya Kora vyakweze ingaruka zibabaje cane (Gh 16:32, 35)

Dutegerezwa kwiyubara kugira ngo ivyo tumaze kurangura mu murimo wa Yehova ntibitume twibona canke twiyizigira birenze urugero. Uko tumara igihe kirekire mu kuri canke amabanga dufise akiyongera, ni ko dukwiye kurushiriza kwicisha bugufi.