5-11 Ndamukiza
GUHARŪRA 17-19
Ururirimbo rwa 80 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ni jewe . . . intoranwa yawe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 18:19, akajambo k’epfo—Kubera iki “isezerano ry’intahava” ryiswe isezerano ry’umunyu? (g02 8/6 14 ing. 2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 18:1-13 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 4) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Yezu—Mt 20:28. Nimuze murahagarika iyo videwo igihe iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce ushikiriza kimwe mu bitabu bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 6)
Insiguro: (Imin. 5) w18.01 18 ing. 4-6—Umutwe: Kubera iki duha Yehova ku vyo dutunze? (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 7 ing. 1-9; soma utujambo two ku mpera 19, 20
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 141 n’isengesho