Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Ni jewe . . . intoranwa yawe”

“Ni jewe . . . intoranwa yawe”

Yehova yarateye agateka k’umurimo kadasanzwe abaherezi n’Abalewi (Gh 18:6, 7)

Abo mu muryango wa Lewi nta tongo baronse ariko Yehova ni we yari intoranwa yabo (Gh 18:20, 24; w11 15/9 13 ing. 9)

Abagize iryo hanga baratanga ic’icumi c’ivyo bimbuye kugira bashigikire Abalewi n’abaherezi (Gh 18:21, 26, 27; w11 15/9 7 ing. 4)

Yehova yari yasezeraniye abaherezi n’Abalewi kubaronsa ibintu nyamukuru bokeneye vy’umubiri. Na twebwe turashobora kwizigira ko Yehova azodushigikira nitwagira ivyo duhevye kugira tumukorere.