Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

8-14 Ntwarante

GUHARŪRA 9-10

8-14 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gh 9:13​—Abakirisu bokwigira iki kuri ubwo buyobozi Abisirayeli bahawe? (it-1 207 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 10:17-36 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 84

  • Ivyahindutse muri Beteli birashigikira igikorwa co kwamamaza: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni itangazo irihe ryashikirijwe kuri rya koraniro riba buri mwaka ryo mu 2015, kandi ni imvo zibiri izihe zatumye haba ayo mahinduka? Ni ibiki vyahindutse muri Beteli, kandi vyavuyemwo ivyiza ibihe? Iryo tangazo ryahinduye iki ku bikorwa vyo kwimura ishami mu Bwongereza? Ayo mahinduka yerekana gute ko Yehova ariko aratuyobora?

  • Icatumye tugendera Beteli: (Imin. 5) Nimurabe iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 5 ing. 22, 23, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 71-74

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 63 n’isengesho