Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe

Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe

Yehova ni we yafata ingingo y’aho abasavyi biwe bakwiye kuja be n’igihe co kugenda (Gh 9:17, 18; it-1 386 ing. 5)

Abari mw’ikambi bategerezwa kugamburuka badatebaganye (Gh 9:21, 22; w11 15/4 4-5)

Mu gutanga ubuyobozi, Yehova yakoresha abantu badatunganye bamuserukira (Gh 10:5-8)

Igihe tugamburukiye abatuja imbere, tuba twerekanye ko tugamburukira Yehova.