Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

14-20 Ntwarante

1 SAMWELI 14-15

14-20 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ukugamburuka kuruta ikimazi”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 1Sm 15:24​—Ni icigwa ikihe co kutuburira dukura kw’ikosa Sauli yakoze ku vyerekeye impuhwe? (it-2 598)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 15:1-16 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 61

  • Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa gatandatu itariki 19 Ntwarante: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nuvuge muri make ibiri ku butumire. Nuvuge uko mwatunganije ibintu ng’aho iwanyu ku bijanye n’insiguro idasanzwe be n’Icibutso, hamwe n’ukuntu muzohetura icibare. Nimurabe ividewo y’ingene twoshikiriza ubutumire muce muyiganirako.

  • Nube umugenzi wa Yehova: Nugamburukire Yehova: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ypq ikibazo ca 3

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 10 n’isengesho