18-24 Ndamukiza
1 SAMWELI 23-24
Ururirimbo rwa 114 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nurindire Yehova wihanganye”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 23:16, 17—Twokwigana gute akarorero ka Yonatani? (w17.11 27 ing. 11)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 23:24–24:7 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa mu cibare canyu. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 13)
Insiguro: (Imin. 5) w19.03 23-24 ing. 12-15—Umutwe: Niwihanganire abo wigisha. (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nta mvura idahita”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Abantu bunze ubumwe mw’isi irimwo ukwicamwo imice.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ypq ikibazo ca 7
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 96 n’isengesho