Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

21-27 Ntwarante

1 SAMWELI 16-17

21-27 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Urugamba ni urwa Yehova’: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 1Sm 16:14​—Ni mu buryo ubuhe Sauli yaronse “impwemu mbi ivuye kuri Yehova”? (it-2 905-906)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 16:1-13 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 2) Koresha agace bijanye. (th icigwa ca 11)

  • Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 3) Nutumire uwo mukorana, uwo mwigana canke incuti wigeze kubwira inkuru nziza. (th icigwa ca 2)

  • Usubiyeyo: (Imin. 3) Nusubire kugendera uwakiriye ubutumire bw’Icibutso maze akerekana ko ashimishijwe. (th icigwa ca 4)

  • Usubiyeyo: (Imin. 3) Nusubire kugendera uwakiriye ubutumire bw’Icibutso maze akerekana ko ashimishijwe. Numubwire ibijanye n’urubuga rwacu. (th icigwa ca 20)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU