25 Ndamukiza–1 Rusama
1 SAMWELI 25-26
Ururirimbo rwa 130 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba ukora ibintu utabanje kwiyumvira?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 25:18, 19—Kubera iki twovuga ko Abigayili atagararije ubukuru bwemewe bw’umugabo wiwe? (ia 80 ing. 16)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 25:1-13 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Nufashe abatohoji ba Bibiliya kugiranira ubucuti na Yehova”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya kugiranira ubucuti na Yehova.
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 04, iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 01
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 98 n’isengesho