Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ukuntu twobera abandi abagenzi beza

Ukuntu twobera abandi abagenzi beza

Nuhoze wongere uremeshe umugenzi wawe igihe hari ibimuhagaritse umutima (1Sm 20:1, 2; w19.11 7 ing. 18)

Nuburire umugenzi wawe igihe hari akaga (1Sm 20:12, 13; w08 15/2 8 ing. 7)

Nuburanire umugenzi wawe igihe abeshewe (1Sm 20:30-32; w09 15/10 19 ing. 11)

Abasavyi ba Yehova barafise uturyo twinshi two kugiranira n’abandi ubugenzi bwiza. Kugira turonke abagenzi, natwe dutegerezwa kubera abandi abagenzi beza. Ni nde wipfuza kubera umugenzi mw’ishengero?