7-13 Ntwarante
1 SAMWELI 12-13
Ururirimbo rwa 4 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ukwita imbere gushikana ku guteterwa”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 12:21—Ni gute abantu bari gushobora gukurikira “ibitabaho”? (w11 15/7 14 ing. 15)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 12:1-11 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Yezu—Mt 16:16. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa mu cibare canyu. (th icigwa ca 1)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 04, intangamarara n’iciyumviro ca 1-2 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Nimurabe ividewo yo muri Ntwarante ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ypq ikibazo ca 2
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 26 n’isengesho