10-16 Ndamukiza
2 NGOMA 8-9
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yaraha agaciro ubukerebutsi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 9:19—Ibishusho 12 vy’intambwe zari zitonze gushika ku ntebe y’ubwami ya Salomo bishobora kuba vyagereranya iki? (it-2 1110)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 8:1-16 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Yezu—Mt 16:16. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 2)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 09 iciyumviro ca 6 (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Gusoma Bibiliya buri musi no kurondera ubukerebutsi”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 42 n’akajambo ko ku mpera ka 4
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 131 n’isengesho