Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Umwamikazi wa Sheba yagendeye ikirimba c’Umwami Salomo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yaraha agaciro ubukerebutsi

Yaraha agaciro ubukerebutsi

Umwamikazi wa Sheba yaragize urugendo rurerure kandi rugoye agiye kuraba Salomo (2Ng 9:1, 2; w99 1/11 20 ing. 4; w99 1/7 30 ing. 4-5)

Abonye ubukerebutsi bwa Salomo n’ubutunzi bwiwe yarajorewe (2Ng 9:3, 4; w99 1/7 30-31; raba ishusho iri ku gipfukisho)

Ivyo yabonye vyatumye ashemeza Yehova (2Ng 9:7, 8; it-2 873)

Umwamikazi wa Sheba yarahaye agaciro cane ubukerebutsi ku buryo yemeye kugira ibintu vyinshi ahevye kugira aburonke.

NIWIBAZE UTI: ‘Noba ndondera ubukerebutsi nka kurya kw’uwurondera itunga ryanyegejwe?’—Img 2:1-6.