17-23 Ndamukiza
2 NGOMA 10-12
Ururirimbo rwa 103 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwungukire ku mpanuro ziranga ubukerebutsi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 11:15—Imvugo ngo “amadayimoni asa n’impene” ishobora kuba yerekana iki? (it-1 618-619)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 10:1-15 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 6)
Insiguro: (Imin. 5) be 69 ing. 4-5—Umutwe: Numenyereze abo wigisha Bibiliya igihe bagusavye impanuro. (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ukuntu twokoresha amavidewo afasha abantu kwiga Bibiliya”: (Imin. 5) Insiguro be n’ividewo. Nimurabe ividewo Kaze wige Bibiliya.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 43
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho