20-26 Ntwarante
2 NGOMA 1-4
Ururirimbo rwa 41 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Umwami Salomo afata ingingo itaranga ubukerebutsi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 1:11, 12—Iyi nkuru itwigisha iki ku bijanye n’amasengesho dutura ku giti cacu? (w05 1/12 19 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 4:7-22 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 3) Nutumire uwo mukorana, uwo mwigana canke incuti. (th icigwa ca 2)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Nusubire kugendera uwakiriye ubutumire bw’Icibutso maze akerekana ko ashimishijwe. Numubwire ko twigisha Bibiliya ku buntu, uce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. Nimumere nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya, mwongere muyiganireko. (th icigwa ca 17)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 09, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Woba witeguriye umusi uhambaye kuruta iyindi yose mu mwaka?: (Imin. 15) Insiguro n’ividewo. Ishikirizwe n’umucungezi w’umurimo. Nuvuge aho mugejeje isekeza ryo gutumira abantu ku Cibutso. Nubaze ibibazo abafise ibintu vyiza biboneye. Niwerekeze ku rutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso ruri ku rupapuro rwa 8 na 9, uce uremesha bose gutegura umutima wabo. (Ezr 7:10) Nuvuge ukuntu twokwakirana igishika abashitsi bazokwitaba Icibutso. (Rm 15:7; mwb16.03 2) Nimurabe ividewo ivuga ngo Ingene bakora umukate w’Icibutso.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 41, iciyumviro ca 1-4
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 135 n’isengesho