24-30 Ndamukiza
2 NGOMA 13-16
Ururirimbo rwa 3 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ni ryari wokwiheka kuri Yehova?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 15:16—Twokwigana gute umutima rugabo wa Asa? (w17.03 19 ing. 7)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 14:1-15 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nubwire uwo muntu ko twigisha abantu Bibiliya uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 11)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 09 iciyumviro ca 7 n’agace kavuga ngo “Hari abavuga bati” (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingingo zerekana ko twizigira Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 44 iciyumviro ca 1-4 n’akajambo ko ku mpera ka 5
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 39 n’isengesho