27 Ntwarante–2 Ndamukiza
2 NGOMA 5-7
Ururirimbo rwa 129 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Umutima wanje uzokwama ari ho uri”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 6:29, 30—Ayo majambo ari mw’isengesho rya Salomo yoduhumuriza gute? (w10 1/12 11 ing. 7)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 6:28-42 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro bijanye. Umunyamuhana ashimishijwe, nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Niwibuke urupfu rwa Yezu mwongere muyiganireko. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Insiguro y’Icibutso irangiye, nuyage n’umuntu watumiye maze wishure ikibazo abaza ku bijanye n’urwo rubanza. (th icigwa ca 17)
Insiguro: (Imin. 5) w93 1/2 31—Umutwe: Twobigenza gute hamwe vyokwanka ko twitaba Icibutso kubera imvo zidasanzwe? (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Zigama umutima wawe”: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 41, iciyumviro ca 5, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 34 n’isengesho