Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ivyo ku rusengero vyaratunganijwe neza

Ivyo ku rusengero vyaratunganijwe neza

Umwami Dawidi yaratunganije Abalewi n’abaherezi kugira bakorere ku rusengero (1Ng 23:6, 27, 28; 24:1, 3; it-2 133, 657)

Abahanga mu vy’umuziki hamwe n’abiga barashinzwe igikorwa c’umuziki (1Ng 25:1, 8; it-2 358)

Abalewi bashinzwe kuba abarinzi b’amarembo, abanyabigega n’abandi barongozi (1Ng 26:16-20; it-1 620)

Dusenga Yehova mu buryo butunganije neza kubera ko ari Imana y’urutonde.—1Kr 14:33.

IVYO KUZIRIKANAKO: Ni gute ishengero rya gikirisu ritunganijwe neza ku bijanye no gusenga Yehova muri iki gihe?