11-17 Ntwarante
ZABURI 18
Ururirimbo rwa 148 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. «Yehova . . . ni we ankiza»
(Imin. 10)
Yehova ameze nk’urutare, igihome n’inkinzo (Zb 18:1, 2; w09 1/5 14 ing. 4-5)
Yehova arumva ugutabaza kwacu (Zb 18:6; it-2 1168 ing. 6)
Yehova aradufasha (Zb 18:16, 17; w22.04 3 ing. 1)
Yehova yoshobora guhitamwo kudukurako ingorane nk’uko rimwe na rimwe yabigirira Dawidi. Mugabo, akenshi Imana iraducira «inzira» mu kuturonsa ivyo dukeneye kugira dushobore kwihanganira neza izo ngorane.—1Kr 10:13.
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Zb 18:10—Kubera iki umwanditsi wa zaburi adondora Yehova nk’uwugendera ku mukerubi? (it-1 437 ing. 2)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 18:20-39 (th icigwa ca 10)
4. Umutima mwiza—Ivyo Yezu yakoze
(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 1-2.
5. Umutima mwiza—Niwigane Yezu
(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»
Ururirimbo rwa 60
6. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 5)
7. Ibirangurwa n’ishirahamwe vyo muri Ntwarante
(Imin. 10) Nimurabe IVIDEWO.
8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 7 ing. 1-8, n’uruzitiro ku rup. 59