15-21 Ndamukiza
ZABURI 29-31
Ururirimbo rwa 108 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. Gutozwa indero ni ikimenyetso c’urukundo rw’Imana
(Imin. 10)
Igihe Dawidi yagambarara, Yehova yaciye amuhisha mu maso hiwe (Zb 30:7; it-1 863 ing. 10)
Igihe Dawidi yigaya yarasavye Yehova ngo amugirire ubuntu (Zb 30:8)
Yehova ntiyagumye ashavuriye Dawidi (Zb 30:5; w07 1/3 19 ing. 1)
Ibivugwa muri Zaburi ya 30 bishobora kuba vyerekeza ku vyabaye inyuma y’aho Dawidi aharuriye Abisirayeli.—2Sm 24:25.
IVYO KUZIRIKANAKO: Uwaciwe yokwungukira gute ku gutozwa indero maze akerekana ko yigaya?—w21.10 6 ing. 18.
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Zb 31:23 —Ni gute Yehova ahana kandi agahasha umuntu yishira hejuru? (w06 15/5 19 ing. 13)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 31:1-24 (th icigwa ca 10)
4. Gutanguza ikiyago
(Umun. 1) KU MUGARAGARO. Nubwire inkuru nziza muri make umuntu afatiriwe. (lmd icigwa ca 5 iciyumviro ca 3)
5. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. Niwereke inabibondo ividewo y’abana, uce umusigurira ingene yoza araronka izindi videwo. (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 3)
6. Gukurikirana abashimishijwe
(Imin. 3) KU MUGARAGARO. Nusabe kwigisha Bibiliya umuntu yigeze kuvyanka. (lmd icigwa ca 8 iciyumviro ca 3)
7. Guhindura abantu abigishwa
(Imin. 4) lff icigwa ca 14 iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 6)
Ururirimbo rwa 45
8. Igituma twizera . . . ko Imana idukunda
(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:
Iyo nkuru itwigisha iki ku bijanye n’urukundo rw’Imana?
9. Amakuru agezweho yo mu 2024 ajanye n’ivy’ubwubatsi avuye mu Rwego rwo kw’isi yose rujejwe imigero n’ubwubatsi
(Imin. 8) Insiguro. Nimurabe IVIDEWO.
10. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 8 ing. 13-21