18-24 Ntwarante
ZABURI 19-21
Ururirimbo rwa 6 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. «Ijuru riratangaza ubuninahazwa bw’Imana»
(Imin. 10)
Ivyo Yehova yaremye biratangaza ubuninahazwa bwiwe (Zb 19:1; w04 1/1 8 ing. 1-2)
Izuba ryacu rirateye akoba (Zb 19:4-6; w04 1/6 11 ing. 8-10)
Turakwiye gukura ivyigwa ku vyo Imana yaremye (Mt 6:28; g95 8/11 7 ing. 2)
ICO MWOKORA MU GUSENGA KWO MU MURYANGO: Nimwitegereze ivyaremwe, maze muganire ico bitwigisha ku vyerekeye Yehova.
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Zb 19:7-9—Ni gute iyo mirongo yerekana ko ivyese vy’igiheburayo bitunganije mu buryo budasanzwe? (it-1 1093)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 19:1-14 (th icigwa ca 11)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) KU MUGARAGARO. Nuhe umuntu ubutumire bw’Icibutso, uce uja kuri jw.org kugira urabe aho Icibutso kizobera hafi yiwe. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 3)
5. Gutanguza ikiyago
(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Nuhe ikaze umuntu yaje ku Cibutso kubera yasanze ubutumire ku muryango wiwe. Niwitegurire kwishura ibibazo vyiwe. (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 4)
6. Gusigura ivyo wemera
(Imin. 5) Insiguro. ijwfq 45—Umutwe: Kubera iki Ivyabona vya Yehova bibuka urupfu rwa Yezu mu buryo butandukanye n’ayandi madini? (th icigwa ca 6)
Ururirimbo rwa 141
7. Niwihweze ivyaremwe kugira ukomeze ukwizera kwawe
(Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:
Ni gute ivyaremwe bituma urushiriza kwizera Umuremyi?
8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 7 ing. 9-13, n’uruzitiro ku rup. 62