10-16 Ntwarante
IMIGANI 4
Ururirimbo rwa 36 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. «Rinda umutima wawe»
(Imin. 10)
Ijambo «umutima» ryerekeza ku muntu turi imbere (Zb 51:6; w19.01 15 ing. 4)
Kurinda umutima wacu ni co kintu dukwiye gushira imbere (Img 4:23a; w19.01 17 ing. 10-11; 18 ing. 14; raba ishusho)
Ubuzima bwacu buhagaze ku kuntu umutima wacu w’ikigereranyo umeze (Img 4:23b; w12 1/5 32 ing. 2)
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Img 4:18—Uwo murongo werekeza gute ku kuntu umukirisu agenda aragira iterambere mu vy’impwemu? (w21.08 8 ing. 4)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Img 4:1-18 (th icigwa ca 12)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) INZU KU NZU. Uwo muntu araronse ubutumire bw’Icibutso agaca yerekana ko ashimishijwe. (lmd icigwa ca 1 iciyumviro ca 5)
5. Gutanguza ikiyago
(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Nutumire ku Cibutso umuntu muzinanye. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 3)
6. Gusigura ivyo wemera
(Imin. 5) Umwerekano. ijwfq ikiganiro 19—Umutwe: Kubera iki mudahimbaza Pasika? (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 4)
Ururirimbo rwa 16
7. Ibirangurwa n’ishirahamwe vyo muri Ntwarante
(Imin. 10) Nimurabe IVIDEWO.
8. Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa gatandatu itariki 15 Ntwarante
(Imin. 5) Insiguro ishikirizwa n’umuhagarikizi w’umurimo. Nuvuge uko mwatunganije ibintu ng’aho iwanyu ku bijanye n’isekeza, insiguro idasanzwe be n’Icibutso. Nuremeshe bose kwongereza umwete mu ndimiro muri Ntwarante na Ndamukiza.
9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 23 ing. 16-19, n’uruzitiro ku rup. 214