Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

31 Ntwarante–6 Ndamukiza

IMIGANI 7

31 Ntwarante–6 Ndamukiza

Ururirimbo rwa 34 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Niwirinde kwishira mu bigeragezo

(Imin. 10)

Umusore w’ikijuju araca mu karere karimwo abamaraya n’ibigirankana (Img 7:​7-9; w00 15/11 29 ing. 5)

Umumaraya aramwegera kugira amuryosharyoshe (Img 7:​10, 13-21; w00 15/11 30 ing. 4-6)

Uwo musore arashikirwa n’ingaruka zibabaje kubera yishize mu bigeragezo (Img 7:​22, 23; w00 15/11 31 ing. 2)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Img 7:3—Kubohera ku ntoke zacu amategeko y’Imana no kuyandika ku gisate c’umutima wacu bisobanura iki? (w00 15/11 29 ing. 1)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) INZU KU NZU. Ubuheruka, uwo munyamuhana yarakiriye ubutumire bw’Icibutso kandi arerekana ko ashimishijwe. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 5)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Igihe muherukira kuyaga, uwo muntu yarakiriye ubutumire bw’Icibutso kandi arerekana ko ashimishijwe. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 4)

6. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) KU MUGARAGARO. Igihe muherukira kuyaga, uwo muntu yarakiriye ubutumire bw’Icibutso kandi arerekana ko ashimishijwe. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 3)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 13

7. Akandi karyo keza (Lk 4:6)

(Imin. 15) Guhana ijambo.

Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:

  • Yezu yageragejwe gute, kandi ni gute natwe twoshikirwa n’ibigeragezo mu buryo nk’ubwo?

  • Twonanira gute ibigeragezo vya Shetani?

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 70 n’isengesho