Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Nyakanga

ZABURI 120-134

12-18 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ugutabarwa kwanje kuva kuri Yehova”: (Imin. 10)

    • Zb 121:1, 2—Kuba Yehova ari we Muremyi biraduhumuriza (w04 15/12 12 ing. 3)

    • Zb 121:3, 4—Yehova arazi ivyo abasavyi biwe bakeneye (w04 15/12 13 ing. 4)

    • Zb 121:5-8—Yehova yama akingira abasavyi biwe (w04 15/12 13 ing. 5-7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 123:2—Ikigereranyo c’“amaso y’abasuku” gishaka kuvuga iki? (w06 1/9 15 ing. 4)

    • Zb 133:1-3—Kimwe mu vyigwa dukura muri iyo zaburi ni ikihe? (w06 1/9 16 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 127:1–129:8

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.5 igipfukisho—Ingene wokwishura umuntu ashavuye.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.5 igipfukisho—Mutumire kw’ikoraniro.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 8 ing. 6—Mufashe kubona ingene yobishira mu ngiro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 114

  • Yehova yarankoreye ivyiza vyinshi: (Imin. 15) Niwerekane ako kavidewo ko kuri jw.org. kavuga ngo Yehova yarankoreye ivyiza vyinshi. (Raba ahavuga ngo IBITWEREKEYE > IBIKORWA VYACU.) Nimuganire kuri ibi bibazo: Yehova yafashije gute Crystal, kandi ivyo vyamuvyuriye umutima wo gukora iki? Igihe ivyiyumviro bibi bimujemwo aca akora iki? Inkuru ya Crystal hari ico yagufashije?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia Insozero ing. 1-13

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 119 n’isengesho