Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 120-134

“Ugutabarwa kwanje kuva kuri Yehova”

“Ugutabarwa kwanje kuva kuri Yehova”

Zaburi 120-134 zitwa Indirimbo z’Ukuduga. Benshi biyumvira yuko Abisirayeli ari zo baririmbana akamwemwe bariko baraduga i Yeruzalemu mu misozi ya Yuda, guhimbaza imisi mikuru yaba buri mwaka.

Iyo mirongo irerekana ko Yehova adukingira. Imugereranya . . .

121:3-8

  • n’umwungere adakubita urugohe

  • n’igitutu kidukingira izuba

  • n’umusoda w’intahemuka