Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

26 Nyakanga–2 Gitugutu

ZABURI 142-150

26 Nyakanga–2 Gitugutu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose”: (Imin. 10)

    • Zb 145:1-9—Ubukuru bwa Yehova ntibugira akarimbi (w04 15/1 10 ing. 3-4; 11 ing. 7-8; 14 ing. 20-21; 15 ing. 2)

    • Zb 145:10-13—Abasavyi ba Yehova b’intahemuka baramushemeza (w04 15/1 16 ing. 3-6)

    • Zb 145:14-16—Yehova arashigikira abasavyi biwe b’intahemuka akongera akabaronsa ivyo bakeneye (w04 15/1 17-18 ing. 10-14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 143:8—Uyu murongo udufasha gute kubaho mu buryo buninahaza Imana buri musi? (w10 15/1 21 ing. 1-2)

    • Zb 150:6—Uyu murongo wa nyuma wa Zaburi utwibutsa ko dusabwa gukora iki? (it-1-F 365)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 145:1-21

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) 1Pt 5:7—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Zb 37:9-11—Niwigishe ukuri.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 9 ing. 3—Mufashe kubona ingene yobishira mu ngiro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU