Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

5-11 Nyakanga

ZABURI 119

5-11 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gendera mw’itegeko rya Yehova’: (Imin. 10)

    • Zb 119:1-8—Kugendera mw’itegeko ry’Imana ni vyo bituma tugira agahimbare nyakuri (w05 15/4 10 ing. 3-4)

    • Zb 119:33-40—Ijambo ry’Imana riradufasha kugira umutima rugabo igihe duhanganye n’ibigeragezo (w05 15/4 12 ing. 12)

    • Zb 119:41-48—Ubumenyi butagira amakosa bwo mw’Ijambo ry’Imana buratuma tugira umutima rugabo wo kwamamaza (w05 15/4 13 ing. 13-14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 119:71—Gutezwa amarushwa hari iciza bivamwo? (w06 1/9 14 ing. 4)

    • Zb 119:96—Amajambo avuga ngo “ukutagira akanenge kwose nabonye gufise iherezo” asobanura iki? (w06 1/9 14 ing. 5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 119:73-93

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU