AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Nyakanga 2018
Ingene twotanguza ibiyago
Ibiyago vyerekana ingene Imana ibona abantu.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yezu akora igitangaro ca mbere
Igitangaro ca mbere Yezu yakoze kiratwereka ukuntu yari ameze.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yezu abwira inkuru nziza Umusamariyakazi
Yezu yafatiye ku vyo uwo mugore yari amenyereye mu buzima bwa misi yose mu kumubwira inkuru nziza akaryo kizanye.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Kuyagisha abantu mu ntumbero yo gushinga intahe
Tworyohora gute ubuhanga bwacu mu kuyagisha abantu tutazi?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nukurikire Yezu ubitumwe n’imvo nziza
Hari abigishwa batsitaye baca baraheba Yezu kubera ko bamukurikira babitumwe n’ubwikunzi.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nta na kimwe capfuye ubusa
Cokimwe na Yezu, twokwerekana ko dukenguruka ivyo Yehova aturonsa mu kutabisesagura.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yezu yaraninahaje Se wiwe
Ikintu nyamukuru cari kiraje ishinga Yezu kwari ugusozera igikorwa Yehova yari yamushinze.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Niwigane ukwicisha bugufi kwa Kristu n’ukwifata ruto kwiwe
Twokwigana gute Yezu igihe dutewe agateka canke dushinzwe amabanga mw’ishengero?