10-16 Nyakanga
YOHANI 3-4
Ururirimbo rwa 57 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yezu abwira inkuru nziza Umusamariyakazi”: (Imin. 10)
Yoh 4:6, 7—Naho Yezu yari arushe, yaribwirije kuyagisha Umusamariyakazi (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 4:6)
Yoh 4:21-24—Ikiyago gisanzwe Yezu yatanguje carashinze intahe ikomeye
Yoh 4:39-41—Akigoro Yezu yagize karatumye Abasamariya benshi bamwizera
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yoh 3:29—Dukwiye gutahura gute uwu murongo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Yoh 4:10—Wa Musamariyakazi ashobora kuba yatahuye iki igihe Yezu yamubwira ngo “amazi mazima”? Ariko Yezu yashaka kuvuga iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 4:1-15
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) wp16.2 9 ing. 2-5—Umutwe: Sigura Yohani 4:23.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Kuyagisha abantu mu ntumbero yo gushinga intahe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nusozere uremesha bose kugerageza kuyagisha n’imiburiburi umuntu umwe muri iyo ndwi. Mw’ikoraniro ryo ku ndwi iza abamamaji bazovuga ivyo biboneye.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 35 ing. 20-27, n’uruzitiro “Kwigisha mu gusubiramwo”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 35 n’isengesho