3-9 Nyakanga
YOHANI 1-2
Ururirimbo rwa 13 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yezu akora igitangaro ca mbere”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yohani.]
Yoh 2:1-3—Hari ikintu cabaye ku bugeni bumwe cari guhava kimaramaza abageni (w15 15/6 4 ing. 3)
Yoh 2:4-11—Igitangaro Yezu yakoze carakomeje ukwizera kw’abigishwa biwe (jy 41 ing. 6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)
Yoh 1:1—Kubera iki twovuga ko igihe Yohani yavuga “Jambo” atariko avuga Imana Mushoboravyose? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Yoh 1:29—Kubera iki Yohani Umubatizi yise Yezu “Umwagazi w’intama w’Imana”? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 1:1-18
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 50, Iciyumviro ca 2
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 35 ing. 12-19
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho