Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 1-2

Yezu akora igitangaro ca mbere

Yezu akora igitangaro ca mbere

2:1-11

Igitangaro ca mbere Yezu yakoze kiratwereka ukuntu yari ameze. Iyi nkuru yerekana gute ko:

  • Yezu yinezereza ku rugero rubereye, akaryoherwa akongera akanezeranwa n’abagenzi?

  • Yezu yitwararika ukuntu abandi biyumva?

  • Yezu yatanga cane?