11-17 Gitugutu
YOSUWA 10-11
Ururirimbo rwa 149 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova yararwaniye Isirayeli”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yos 10:13—Kubera iki bidakenewe ko tumenya ivyari mu “gitabu ca Yashari”? (w09 15/3 32 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 10:1-15 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Niwemere gufashwa n’abakozi bagenzawe”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Niwemere Yehova agufashe—Abavukanyi bacu.
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 01, iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 14 ing. 10-17; soma akajambo ko ku mpera ka 30
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 103 n’isengesho