Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

13-19 Nyakanga

YOSUWA 1-2

13-19 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ingene wotuma inzira yawe iroranirwa”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Yos 2:4, 5​—Ni kubera iki Rahabu yahenze intumwa z’umwami zariko zirondera abo batasi? (w04 1/12 9 ing. 1)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 2:1-16 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Bibiliya​—Yb 26:7. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 11)

  • Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ya Bibiliya. (th icigwa ca 16)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU