25-31 Gitugutu
YOSUWA 15-17
Ururirimbo rwa 146 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nukingire intoranwa yawe y’agaciro”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yos 17:15, 18—Twemezwa n’iki ko Isirayeli ya kera yari igizwe n’ibibira? (w15 15/7 32)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 15:1-12 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umutumira ku makoraniro. (th icigwa ca 19)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 4)
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 01, iciyumviro ca 6 n’agace kavuga ngo “Hari abavuga bati” (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwamamaze inkuru nziza y’uko isi nziza kuruta iri hafi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe rwa ruririmbo rusanzwe ruvuga ngo Ya si nshasha yimirije.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 15 ing. 1-9
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 34 n’isengesho