27 Nyakanga–3 Gitugutu
YOSUWA 6-7
Ururirimbo rwa 144 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nuhindukire woye kuraba ibitagira ikimazi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yos 6:20—Ni igiki cerekana ko igisagara ca Yeriko cafashwe ata kiringo kirekire kihaciye gisugerejwe? (w15 15/11 13 ing. 2-3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 6:1-14 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 01, iciyumviro ca 3 (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Nimurabe ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Kugambarara n’ibigirankana bikwega akarambaraye: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo ‘Nta jambo na rimwe ritashitse’—Agace. Nuce ubaza uti: Ni itegeko ritomoye irihe Yehova yatanze ku vyerekeye Yeriko? Akani n’umuryango wiwe bakoze iki, kandi kubera iki? Ni ivyigwa ibihe iyo nkuru itwigisha? Nuremeshe bose kuraba iyo videwo yose.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 13 ing. 23-26, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 184-186
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho