4-10 Gitugutu
YOSUWA 8-9
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ivyigwa dukura ku nkuru y’Abanyagibeyoni”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yos 8:29—Kubera iki umwami wa Ayi yamanitswe ku giti? (it-2 523)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 8:28–9:2 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 2)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Muhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)
Insiguro: (Imin. 5) Ivyigwa dukura muri Bibiliya (lfb), icigwa ca 31—Umutwe: Ni igiki twokwigira kw’isezerano Yosuwa yagiraniye n’Abanyagibeyoni? (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nugaragaze ukwicisha bugufi (1Pt 5:5): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute Petero na Yohani bakurikije ubuyobozi Yezu yabahaye ku bijanye na Pasika? Buca Yezu apfa, ni icigwa ikihe c’ukwicisha bugufi yigishije? Twemezwa n’iki ko Petero na Yohani bashize ku mutima ico cigwa? Ni mu buryo ngirakamaro ubuhe twogaragaza ko twicisha bugufi?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 14 ing. 1-9
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 59 n’isengesho