Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

Isekeza ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya (1-30 Nyakanga)

Ikibazo: Kubaho ibihe bidahera vyoba bishoboka?

Icanditswe: Zb 37:29

Ubukurikira: Twoba vy’ukuri twokwizigira ivyo Bibiliya isezerana?

Mugihura

Ikibazo: Ni hehe twokura impanuro ngirakamaro zodufasha mu buzima bwa misi yose?

Icanditswe: 2Tm 3:16, 17

Ubukurikira: Kubera iki wokwizigira Bibiliya?

Usubiyeyo

Ikibazo: Kubera iki wokwizigira Bibiliya?

Icanditswe: Yb 26:7

Ubukurikira: Ni ibibazo bimwebimwe ibihe Bibiliya yishura?