Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

10-16 Gitugutu

1 ABAMI 19-20

10-16 Gitugutu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nuronderere uruhoza kuri Yehova”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 10)

    • 1Bm 19:19-21​—Iyo nkuru itwigisha iki ku bijanye no kwemera gushingwa igikorwa gishasha mu murimo mweranda? (w97 1/11 31 ing. 1)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 19:1-14 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 145

  • Nugume ubona ibintu mu buryo bwiza: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni ingingo ngenderwako izihe zo muri Bibiliya zodufasha kuguma tubona ibintu mu buryo bwiza? Yehova yahumurije gute Eliya? Ni gute Yehova aduhumuriza akongera akatwitwararika?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 22

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 57 n’isengesho