17-23 Gitugutu
1 ABAMI 21-22
Ururirimbo rwa 134 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Bm 21:27-29—Ni ibiki bitwereka ko ivyo Ahabu yakoze biterekana ko yigaye vy’ukuri? (w21.10 3 ing. 4-6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 22:24-38 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Numusabe mutangure kwiga Bibiliya mukoresheje agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ku cigwa ca 01. (th icigwa ca 6)
Insiguro: (Imin. 5) w15 15/3 10-11 ing. 10-12—Umutwe: Twigira iki ku gutungana kwa Naboti? (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Urukundo ruriyumanganya kandi rugira ubuntu: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute Alexandru yerekanye ko ari serugo yihangana kandi w’umunyabuntu? Ni kubera iki Dorina yahavuye ahinduka? Ni ivyigwa ibihe tuhakura?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 23
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 50 n’isengesho