19-25 Nyakanga
1 ABAMI 13-14
Ururirimbo rwa 21 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Bm 14:13—Iki canditswe kitwigisha iki ku vyerekeye Yehova? (w10 1/7 29 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 13:1-10 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye n’isekeza ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 7)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Nubandanye inyigisho watanguje mugihura, ukoresheje icigwa ca 01 c’agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 07, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Urashobora kwihanganira ingorane z’ivy’ubutunzi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwubake inzu idashoka isenyuka—‘Nubumbwe n’ibintu vy’iki gihe.’
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 19, iciyumviro ca 5-6, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 56 n’isengesho