24-30 Gitugutu
2 ABAMI 1-2
Ururirimbo rwa 79 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Akarorero keza mu vyo kumenyerezwa”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 2:11—Eliya yagiye hehe igihe “[yaduga] mu kirura c’umuyaga mu majuru”? (w05 1/8 9 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 2:1-10 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya ku buntu uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 13)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 07: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Imice ngirakamaro iri mu gitabu Kwiberaho ibihe bidahera”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nubaze muri make umwamamaji ariko arakoresha igitabu Kwiberaho ibihe bidahera mu kuyobora inyigisho ya Bibiliya. Numubaze uti: Ni igiki caguhimbaye ku bijanye no gukoresha ico gitabu? Amavidewo n’ibibazo bisaba ko umuntu agira ico avuze bifasha gute uwo wigisha?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 24
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 66 n’isengesho