3-9 Gitugutu
1 ABAMI 17-18
Ururirimbo rwa 32 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Muzogeza ryari gucumbagira ku vyiyumviro bibiri bitandukanye?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 18:36-46 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Bibiliya—2Tm 3:16, 17. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. (th icigwa ca 12)
Insiguro: (Imin. 5) w14 15/2 14-15—Umutwe: Twigira iki ku kwizera kwa wa mupfakazi? (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 21
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 83 n’isengesho