Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

MUGIHURA

Ikibazo: Ubwami bw’Imana ni iki?

Icanditswe: Yes 9:​6, 7 canke Mt 6:​9, 10

Ubukurikira: Ubwami bw’Imana buzokora iki?

IVYO VYANDITSWE BIRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA:

USUBIYEYO

Ikibazo: Ubwami bw’Imana buzokora iki?

Icanditswe: Zb 72:16 canke Mt 14:​19, 20

Ubukurikira: Ubwami bw’Imana buzoganza isi ryari?

ZABURI 72:16 IRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA: