UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nufashe abandi bakore ivyo boshobora gukora vyose
Morudekayi yari afise umutima rugabo kandi yari intahemuka kuri Yehova (Est 3:2-4; it-2 345 ing. 5)
Yarafashije Esiteri kubona ko yari ashoboye gukora iciza (Est 4:7, 8; it-2 345 ing. 7)
Yararemesheje Esiteri kugira umutima rugabo no kwizigira Yehova (Est 4:12-14; ia 132 ing. 22-23)
NIWIBAZE UTI: “Amajambo mvuga n’ivyo nkora bifasha gute abandi mw’ishengero gukora ivyo bashoboye vyose?”