16-22 Gitugutu
YOBU 6-7
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Igihe wumva ko bigoye cane kwihangana mu buzima”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 6:29—Ni ibiki vyodufasha kwirinda kwiyumvira nabi abavukanyi bacu? (w20.04 16 ing. 10)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 6:1-21 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 7)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 11)
Insiguro: (Imin. 5) w22.01 12-13 ing. 15-18 —Umutwe: Nube umwigisha mwiza nka Yakobo—Nukoreshe ibigereranyo bikora ku mutima. (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yehova arakiza abadendebukiwe mu mutima”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff isubiramwo ry’igice ca 4
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 143 n’isengesho