18-24 Nyakanga
ESITERI 6-8
Ururirimbo rwa 115 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Icigwa mu bijanye no kuyaga neza”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Est 7:4—Ni gute guherengeteza Abayuda vyari gutuma “umwami ahahombera”? (w06 1/3 11 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Est 8:9-17 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 12)
Insiguro: (Imin. 5) w22.01 10-11 ing. 8-10—Umutwe: Nube umwigisha mwiza nka Yakobo—Niwigishe mu buryo bworoshe. (th icigwa ca 17)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwiheke kuri Yehova igihe bagutoteje”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 58
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 124 n’isengesho