2-8 Gitugutu
YOBU 1-3
Ururirimbo rwa 141 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin.10)
Yb 1:10—Uyu murongo udufasha gute gutahura amajambo ya Yezu dusanga muri Matayo 27:46? (w21.04 11 ing. 9)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 3:1-26 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 9)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 20)
Insiguro: (Imin. 5) w22.01 11-12 ing. 11-14 —Umutwe: Nube umwigisha mwiza nka Yakobo—Nube umuntu atarya umunwa kandi yicisha bugufi. (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nabona ko vyose bigenda neza: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni mu buryo ubuhe umuvukanyi Birdwell yabona ko «vyose bigenda neza»?
Kuzirikana kuri Matayo 6:33 vyamufashije gute?
Ni ikindi kintu ikihe washimye ku vyashikiye umuryango wa Birdwell?
“Nukoreshe igice c’intango ca JW.ORG mu ndimiro”: (Imin. 5) Guhana ijambo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 59 iciyumviro ca 6, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 129 n’isengesho