Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane

Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yobu.]

Shetani yavuze ko Yobu yakunda Yehova akongera akamukorera kubera imvo z’ubwikunzi (Yb 1:​8-11; w18.02 6 ing. 16-17)

Shetani avuga ko tudakunda Yehova vy’ukuri (Yb 2:​4, 5; w19.02 5 ing. 10)

Yehova yarahaye umwe wese muri twebwe akaryo ko kugaragaza ko Shetani ari umubeshi. (Img 27:11) Turashobora kwerekana ko dukunda Yehova cane mu kuguma tumushira imbere mu buzima bwacu haba mu bihe vyiza canke bibi.